Luke 9:25 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Vyomarira iki umuntu kuronka ubutunzi bw’isi bwose ariko akabura ubugingo canke akabwonona?
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ umuntu vyomumarira iki kwunguka ivyo mw isi vyose, ni yabura ubugingo bgiwe, canke ni yabgakwa kw icīru?