Luke 9:3 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Arababarira ati: “Ntihagire ikintu na kimwe mujana ku rugendo, yaba inkoni, umufuko, ivyokurya, amahera, canke impuzu yo gukuranya.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
arababarira, ati Ntimugire ico mujana ku nzira, ar’inkoni cank’ isaho, cank’ impamba, cank’ amahera: kandi ntimugire amapfundo abiri.