Luke 9:47 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Yesu amenye ivyo bariko bariyumvira mu mitima, aca ahamagara umwana mutoya amuhagarika i ruhande yiwe.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko Yesu abonye ivyo bihāri vyo mu mitima yabo, yābīra akana, agahagarika i ruhande yiwe,