Luke 9:55 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Yesu aca arahindukira, arabakankamira [ati: “Ntimuzi impwemu ibakoresha iyo ari yo! Umwana w’Umuntu ntiyazanywe no guhonya abantu, ahubwo yazanywe no kubakiza.” ]
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maz’ arahindukira, arabakankamira, at’ Erega ntimuzi umutima wanyu uk’ usa; kuk’ Umwana w’umuntu ataje guhonnya ubugingo bg’abantu, ariko yaje kubukiza.