Luke 9:8 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
abandi bakavuga ngo Eliya yabiyeretse, abandi na bo bakibaza ngo ni umwe mu bavugishwa n’Imana ba kera yazutse mu bapfuye.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
abandi bati Ni Eliya yiseruye; abandi bati N’umwe mu bāvugishwa n’Imana ba kera yazutse.