Mark 10:13 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Umusi umwe, abavyeyi bazanye abana babo aho Yesu ari kugira ngo abarambikeko ibiganza, abahezagire. Ariko abigishwa barabakankamira.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maze bamuzanira abana bato, ngw abakoreko: abigishwa barabakankamira.