Mark 10:20 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Wa muntu yishura ati: “Ayo yose nayakurikije kuva nkiri muto.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aramubgira, ati Mwigisha, ivyo vyose naravyitondeye, mpereye mu buto bganje.