Mark 10:42 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Yesu aca arabahamagara bose ababwira ati: “Murazi ko abatware b’Abanyamahanga babatwaza umukazo, kandi ko ababaganza babacinyiza.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Yesu arabahamagara, arababgira, ati Murazi yukw abavugwa ko baganza amahanga bayatwaza amanyama, kandi n’abakuru bayo bayagirak’ ububasha.