Mark 10:48 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Abantu benshi baramuzibiza bati: “Hora!” Ariko arushiriza gusemerera ati: “Mwana wa Dawidi, ngirira imbabazi!”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abantu benshi baramuzibiranya ngw ahore: arikw arushiriza cane gutakamba, ati Mwana wa Dawidi, ngirira imbabazi.