Mark 10:7 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
‘Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina akabana n’umugore wiwe,
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ni co gituma umuntu azosiga se na nyina, akabana n’umugore wiwe akaramata,