Mark 11:26 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko nimutaharira abandi, na So wo mw’ijuru ntazobaharira ivyaha mwakoze. ] ”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
ariko ni mutāharira abandi, na So wo mw ijuru ntazobaharira ivyaha vyanyu.]