Mark 12:21 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Hanyuma uwa kabiri arongora wa mupfakazi, ariko na we nyene apfa atavyaye. Umuhungu wa gatatu na we nyene bimugendera gutyo.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
uwa kabiri acūra umupfakazi wiwe, na we apfa adasize abana; n’uwa gatatu aba artyo;