Mark 12:22 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Bibandanya uko, ku buryo ata muhungu n’umwe yamusigaranye abana. Maze mu nyuma wa mugore na we arapfa.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
bose ukw ar’ indwi ntibāsiga abana. Hanyuma ya bose, na wa mugore arapfa.