Mark 12:25 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Aho abapfuye bazozukira, abantu ntibazorongora canke ngo barongorwe; kuko bazoba bameze nk’abamarayika bo mw’ijuru.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aho bazozukira mu bapfuye ntibazorongora kandi ntibazoshingirwa: bazoba nk’abamarayika bo mw ijuru.