Mark 12:32 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Wa mwigisha w’ivyagezwe arishura ati: “Mwigisha, wishuye neza cane! Ivyo uvuze ni ukuri; ko Imana ari imwe kandi ko ata yindi iriho kiretse yo yonyene;
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uno munyabgenge w’ivyanditswe aramubgira, ati Ni koko, Mwigisha, uvuze ivy’ ukuri yukw ar’ Imwe, nta yindi, atari yo yonyene: