Mark 12:34 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Yesu abonye ko yishuranye ubwenge, aramubwira ati: “Nturi kure y’Ubwami bw’Imana.” Inyuma y’ivyo nta muntu yasubiye kwubahuka kumubaza ibibazo.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Yesu abonye amwishuranye ubgenge, aramubgira, ati Nturi kure y’ubgami bg’Imana. Ntihāgira ūsubira kwubahuka kugira ico amubaza.