Mark 12:35 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Hanyuma, Yesu ariko arigisha mu rusengero, abaza ati: “Mbe ni kuki abigisha b’ivyanditswe bavuga ko Kristo ari umwana wa Dawidi?
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi Yesu yigishiriza mu rusengero, arababaza, at’ Abanyabgenge b’ivyanditswe bavuga bate yuko Kristo ari mwene Dawidi?