Mark 12:38 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Akiriko arigisha, Yesu avuga ati: “Mwirinde abigisha b’ivyagezwe. Bakunda kugendagenda bambaye amakanzu maremare y’icubahiro, no kuramutswa mu cubahiro mu makoraniro y’abantu.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ ababarira mu kwigisha kwiwe, ati Mwirinde abanyabgenge b’ivyanditswe, bakunda kugenda bambaye imvune, no kugirwako bgakeye mu tuguriro,