Mark 12:41 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Nuko Yesu yicara hafi y’ico batorezamwo amashikanwa mu rusengero, araba ingene abantu bashiramwo amafaranga y’ishikanwa. Benshi mu batunzi batanga menshi.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Yicara yerekeye ku masandugu y’amahera, abona ingen’ ishengero rishikana amahera, bayaterera mur’ ayo masandugu: benshi b’abatunzi batereramwo menshi.