Mark 14:40 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Agarutse, asanga basubiriye gusinzira, kuko amaso yabo yari aremerewe cane n’itiro, maze babura ico bamubwira.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Yongera kugaruka, asanga basinziriye, kukw amaso yabo yar’ aremerewe cane, ntibāmenya ico bamwishura.