Mark 14:51 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko umusore umwe agerageza gukurikira Yesu yambaye umutamana wonyene, na we nyene baza kumufata,
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ umuhungu umwe w’umusore amuja inyuma, yikuvyekw impuzu imwe gusa, baramufata: