Mark 14:64 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ubu naho ntimwiyumviye ingene atutse Imana? Nimugire ico mubivuzeko.” Bose baca bamucira urubanza ko akwiye gupfa!
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Murīyumviye ingen’ arogose: mugira ngw iki? Bose bamucira urubanza ngw akwiye gupfa.