Mark 14:71 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Petero atangura kurahira yisiba ati: “Ndabarahiye, uwo mugabo sindamuzi.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Na we atangura kurahira arīsiba, at’ Uyo muntu muvuga sindanamuzi.