Mark 15:41 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Abo bagore bagendana na Yesu igihe yari i Galilaya bakamushigikira. Kandi benshi mu bagore bari bazananye na we i Yerusalemu bari aho.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abo bagore, aho yaba i Galilaya, bāramukurikira bakamukorera: kandi hāriho n’abandi bagore benshi bāri badūganye na we i Yerusalemu.