Mark 15:5 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko Yesu ntiyagira ico yishura, bituma Pilato atangara.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maze Yesu ntiyasubira kwishura ijambo na rimwe, bituma Pilato atangara.