Mark 4:25 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Uwufise vyinshi azokwongererezwa, uwufise bike azokwakwa n’ivyo yari afise.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
kuk’ ūfise azohabga, arik’ ūdafise azokwakwa n’ico yar’ asanzwe afise.
Recommended Reading