Mark 4:32 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko iyo gatewe, karakura kakaba igiterwa kiruta ibindi vyose. Amashami yaco arakura, akaba manini kugeza n’aho inyoni ziza zikarika mu gitutu caco.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
arikw iyo gatewe, karakura, kakaba kanini, kakaruta ibirimwa vyose, kagashamika amashami manini, kand’ inyoni zo mu kirere zishobora kwārika ivyāri mu gitūtu cako.