Mark 5:10 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Nuko za mpwemu mbi zinginga Yesu zishimitse ngo ntazirukane muri iyo ntara.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aramwinginga cane ngo ntazirukane mur’ ico gihugu.
Recommended Reading