Mark 5:19 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko Yesu ntiyamwemerera, ahubwo amubwira ati: “Subira i muhira mu muryango wawe, ubabwire ivyo Umwami Imana yagukoreye vyose, n’ingene yakugiriye imbabazi.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ntiyamukundira, arikw aramubarira, ati Ja i muhira i wawe mu b’i wanyu, ubabarire ivyo Umwami Imana igukoreye vyose, kand’ ingen’ ikugiriye ikigongwe.