Mark 5:26 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Yari yarivuje ku baganga benshi kandi atanga ivyo yari afise vyose, ariko aho gukira abandanya aremba.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
yababajwe cane n’abavūzi benshi bamumarisha ibintu vyiwe vyose abitangamw’ ingemu, ntihāgira ico bamumarira, mber’ arushiriza kurwara;