Mark 5:3 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Uwo muntu yaba mw’itongo ry’abapfuye kandi nta muntu yashobora kumuboha, naho yokoresheje iminyororo.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Yaba mur’ ayo masenga, ntihāgira ūba akibona ico ashobora kumubohesha, n’iyo woba umunyororo: