Mark 5:32 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko Yesu abandanya araba hirya no hino kugira ngo arabe ko yobona uwamukozeko.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aberaguzamw’ amaso, ngw abone ūmukozeko.
Recommended Reading