Mark 5:36 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Yesu yumvise ivyo bavuze, aca abwira Yayiro ati: “Ntutinye, wizere gusa.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko Yesu ntiyashira umutima kw ijambo rivuzwe, abarira uwo mukuru w’isinagogi, ati Ntutinye, wizere gusa.