Mark 5:38 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Bashitse i muhira kwa wa mukuru w’isinagogi, Yesu ahasanga urwamo rwinshi, abantu barira, abandi na bo bavuza induru n’ijwi rirenga.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bashitse ku nzu y’uwo mukuru w’isinagogi, asanga bariko barakoma induru barira baboroga cane.