Mark 5:4 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kuko kenshi bamubohesha iminyororo ku maboko n’ivyuma ku maguru, ariko iyo minyororo yarayicagagura, n’ivyo vyuma akabivunagura. Nta muntu n’umwe yashobora kumutururuza.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
kuko bāmubohesheje iminyororo ku maguru no ku maboko kenshi, iy’ amaboko akayicagagura, iy’ amaguru akayivutagura: ntihāgira umuntu afise inkomezi zomutururuza.