Mark 5:40 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ba bantu baramushinyagurira. Amaze kubasohora bose, yinjirana na se na nyina b’umwana hamwe na ba bigishwa bari kumwe na we, baja aho umwana ari.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Baramutwenga bamushinyagurira. Arabakumīra bose, ajana se w’umwana na nyina n’abāri kumwe na we, yīgira haruguru ah’ ikiziga kiri,