Mark 6:15 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Abandi bavuga bati: “Ni Eliya.” Hariho n’abandi babavuga bati: “Ni uwuvugishwa n’Imana, asa n’umwe mu bavugishwa n’Imana ba kera.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Arikw abandi baravuga, bati Ni Eliya; abandi bati N’umuntu avugishwa n’Imana, nka ba bandi bāvugishwa na yo.