Mark 6:22 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Maze umukobwa wa Herodiya araza aratamba, anezereza cane Herode n’abatumire biwe. Umwami aca abwira uwo mukobwa ati: “Nsaba ico ushaka cose, ndakiguha.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Umukobga wa Herodiya nyene arinjira aratamba, Herode n’abashitsi biwe baramushima. Umwami abgira uwo mukobga, ati Nsaba ico ugomba cose, ndakiguha.