Mark 6:23 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ivyo yabimwemereye ashizeko indahiro ati: “Ico unsaba cose ndakiguha, naho coba igice c’ubwami bwanje.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aramurahira, at’ Ico unsaba cose ndakiguha, n’iyo coba igisate c’ubgami bganje.