Mark 6:24 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Wa mukobwa arasohoka abaza nyina ati: “Nsabe iki?” Na we aramwishura ati: “Saba umutwe wa Yohana Umubatizi!”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Arasohoka, abaza nyina, ati Nsabe iki? Aramwishura, ati Saba umutwe wa Yohana Umubatizi.