Mark 6:25 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ubwo nyene wa mukobwa ariruka asubira aho umwami ari, aramubwira ati: “Nsavye ko umpa ubu nyene umutwe wa Yohana Umubatizi kw’isiniya!”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aca aza ah’ umwami ari n’ingoga, aramusaba, ati Ndagomba k’umpa nonaha umutwe wa Yohana Umubatizi ku mubehe.