Mark 6:31 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kubera hari uruja n’uruza rw’abantu benshi ku buryo batashobora no kuronka akaryo ko gufungura, Yesu aca ababwira ati: “Nimuze tuje mu kibanza gitekanye, turuhuke.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Arababgira, ati Ni muze mwebge mwenyene ahiherereye mu gahinga, muruhuke gatoya. Kuko hāri benshi banyurana, babura n’ingene botamira utwo kurya.