Mark 6:36 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Rungika aba bantu baje mu misozi no mu mihana yo hafi kugira ngo bigurire ivyo barya.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
basezere, baje mu misozi no mu mihana impande zose, kwirondereray’ ivyo kurya.