Mark 7:11 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko mweho muvuga ko iyo umuntu afise ico yari gufashisha se canke nyina, ariko akavuga ko ari Korobani (bisigura ko cagizwe inyegu y’Imana),
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko mweho mugira mut’ Umuntu ni yabgira se canke nyina, at’ Ico nari kugufashisha ni Korubani, risobanurwa ngo Ni co nzoshikanira Imana;