Mark 7:14 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Hanyuma Yesu yongera guhamagara rya sinzi ry’abantu ngo begere aho ari, maze arababwira ati: “Nimuntege amatwi mwese, kandi mutahure:
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi yongera guhamagara ishengero, araribarira, ati Munyumve mwese, mubitahure: