Mark 7:23 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ibi bibi vyose biva mu muntu maze bikamuhumanya.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
ivyo bibi vyose biva imbere ni vyo bihumanya umuntu.