Mark 7:36 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Yesu ategeka abari aho kutabibwira umuntu n’umwe. Ariko uko yababuza ni ko barushiriza kubikwiragiza.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Arabihanikiriza ngo ntihagire umuntu babibarira, arikw iy’ abihanikirije barushiriza gukwiza inkuru yiwe rwose.