Mark 7:9 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Yongera arababwira ati: “Mwagize ishaka ryo kutubahiriza amabwirizwa y’Imana kugira ngo mwubahirize imigenzo yanyu!
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ ati Nka ko mwagize neza gukēngēra icagezwe c’Imana, ngo muziririze iyo migenzo yanyu!