Mark 8:1 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Muri iyo misi, kubera hari hakiri abantu isinzi kandi ata vyokurya bari bagifise, Yesu ahamagara abigishwa biwe arababwira ati:
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Mur’ iyo misi hongera kuba ishengero ryinshi, babura ivyo kurya; ahamagara abigishwa, arababarira,