Mark 8:10 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ubwo nyene aca aja mu bwato n’abigishwa biwe baja mu karerere ka Dalamanuta.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uwo mwanya atambukira mu bgato, bo n’abigishwa biwe, aja ahēgereye i Dalamanuta.